Mashariki TV
Mashariki TV
  • Видео 11 488
  • Просмотров 51 637 738

Видео

Mu mugambwe CODEBU basaba iki kugira amatora ya 2025 na 2027 azogende neza?
Просмотров 32313 часов назад
#Burundi: Umugambwe #CODEBU urerekana amakenga ufise mu bijanye n'ishirwaho ry'inzego zigize umurwi ujejwe amatora ku rwego rw'igihugu #CENI n'imirwi y'amatoro mu ntara #CEPI no muma komine #CECI. Ugasaba abarundi kwitegurira, kwitabira no gukurikirana amatora ya 2025 aho usaba ko imigambwe yokworoherezwa ku rubuga rwa poritike. Vyashirikijwe na Kefa Nibizi arongoye umugambwe CODEBU.
Rukiya Bizimana yatowe nk'umukinyi mwiza mw'ihiganwa rya Lumitel Women's League 2024.
Просмотров 17516 часов назад
#Burundi: Rukiya Bizimana niwe yatowe nk'umukinyi yaranze ihiganwa mu mupira w'abapfasoni.Yahawe ibahasha ry'umuriyoni y'amarundi inyuma yaho umugwi wiwe wa #PVPBuyenzi uca uhabwa igikombe c'ihiganwa rikuru ry'igihugu. #Burundi #PVPBuyenzi #FFB
ARCA et ASSUR Unissent leurs Forces pour la Confiance dans l'Assurance
Просмотров 12217 часов назад
#Burundi: L'Agence de Régulation et de Contrôle des Assurances #ARCA, en collaboration avec l'Association des Assureurs au Burundi #ASSUR, organise, depuis le 25 juillet 2024, une semaine dédiée à l'assurance, 3ème édition. Le Premier Ministre, qui a ouvert ces activités, interpelle les associations à honorer leurs engagements envers les assurés pour instaurer la confiance entre les deux parties.
JARIDA LA HABARI: Harakati za kuzuia wanafunzi kuzama Ziwa Viktoria.
Просмотров 7718 часов назад
Pata taarifa ya habari, makala, habari kwa picha , mahojiano na matukio kuhusu masuala ya kibinadamu, SDGs na mengine mengi kutoka Idhaa ya Kiswahili ya Umoja wa Mataifa. Ni "Habari za UN" kutoka makao makuu ya UN New York City. #HabarizaUN #UmojawaMataifa #Kiswahili #UNNewsKiswahili
Nicole, Meilleure Buteuse de la Lumitel Women's League.
Просмотров 9920 часов назад
#Burundi : Nicole est sacrée meilleure buteuse du championnat Lumitel Women's League avec 38 buts en 18 matches. Suivez les moments forts pour elle lors de la soirée de gala au CTN et sa remise du trophée avec une enveloppe de 1 000 000 Fbu. #LWL #FFB
Kugira igihugu kizogere ku mbonakazoza kimeze neza,Abarundi bokwijukira n'amashirahamwe guteganiriza
Просмотров 1,1 тыс.20 часов назад
#Burundi: Urwego rucungera ivyo guteganiriza impanuka #ARCA rwifadikanije n'ihuriro ry'amashirahamwe yo guteganiriza kazoza #ASSUR yaratunganije kuva kuwa 25 Mukakaro 2024, indwi yahariwe guteganiriza impanuka ku ncuro igira gatatu. Umushikiranganji wa mbere yuguruye ivyo bikorwa yasavye amashirahamwe yo gutegakaniriza gukora y'isunze amategeko ngo niho abanywanyi bayo bayagirira icizere.
FOMI se distingue avec une certification en Système de Qualité et de Management.
Просмотров 1342 часа назад
Burundi : La Société Fertilisa Organo-Minéraux (FOMI) a été certifiée officiellement par l'association suisse en Système de Qualité et de Management (SQS). Ir. Manyange Hérmenegilde, le directeur adjoint de FOMI, est satisfait de ces certificats du standard international.
Hemejwe urupapuro rw'inzira rw'umugambi w'igihugu ujejwe ubutabazi bwihuta.
Просмотров 1,4 тыс.2 часа назад
#Burundi : Urupapuro rw'inzira (Feuille de route) rw'umugambi w'igihugu ujejwe ubutabazi bwihuta rwemejwe inyuma y'uruganda rwo kurutosora no kurunoganza rwari rumaze imisi itatu kuva kuri uyu wa 23 Mukakaro gushika kuwa 25 Mukakaro 2024, ku murwa mukuru wa politike i #Gitega.
Gusiba muri LaBossConcert, igiteramo ca Natacha, bingana no kwiyima umunezero!
Просмотров 2902 часа назад
#LaBossConcert ni igiteramo c'umuririmvyi #Natacha kigiye kuba kw'igenekerezo rya 03 Myandagaro 2024 nayo isango ni kuri Hotel Source du Nil. Woba witeguye kuja kuryoherwa na Natacha hamwe Lolilo, Bface, Fabelove , D-One, Kirikou na Double Jay, kuri mix za DJ Clou & DJ Israel?
Mu Burundi vyemejwe ko hateye indwara izwi nka Mpox canke Monkey pox, variole du Singe mu gifaransa.
Просмотров 2 тыс.2 часа назад
#Burundi: Hateye indwara y'akaranda Mpox mu Burundi nk'uko biri mw'itangozo Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu no kurwanya sida ryasohoye kuri uyu wa 25 Mukakaro uyu mwaka turimwo. Umushikiranganji Lidwine Baradahana yavuze ko bayitoye mu bipimo vy’abantu batatu mu gisagara ca #Bujumbura no mu ntara ya Bujumbura.
Mu mwaka w'2040 nta murundi yoba akigenda kuvoma ahantu arenza iminota 15 atararonka amazi.
Просмотров 2,5 тыс.2 часа назад
#Burundi: Uburundi bwipfuza ko mu mwaka wa 2040 ata murundi yoba akigenda iminota 15 aja kuvoma amazi. Umukuru w'Igihugu yabishikirije aho yagendera komine #Matana ku mutumba #Rubanga mu rugendo yitiriye #Inkebuzo aho yanagendeye aho ishirahamwe #AmaziWater ryahereje amazi imiryango ishika 900 hakoreshejwe uburyo bwo kuyimba mu kuzimu (forage).
Uruganda FOMI rwaronkejwe impapuro ziruha uburenganzira bwemezako bakora ibikorwa vyisunze amategeko
Просмотров 2,6 тыс.2 часа назад
#Burundi: Uruganda ruhingura ifumbire y'ikizungu #FOMI rwaronkejwe impapuro ziteka n'ishirahamwe mpuzamakungu risanzwe riherekeza amashirahamwe akomeye kw'isi #SQS. Icegera c'umuyobozi mukuru w'urwo ruganda Ir. Manyange Hérmenegilde avuga ko inyuma y'iryo suzumwa basanze urwo ruganda ruri koko ku rwego mpuzamakungu babona gusubira kurwemera gukora hisunzwe amategeko.
Eden Microfiance yaje kugira itere intege abanyamigambi bipfuza guterera mw'iterambere ry'igihugu.
Просмотров 1,2 тыс.2 часа назад
#Burundi: Ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana #EdenMicrofiance rirashima intambwe COOPÉRATIVE DES FRÈRES ET SŒURS POUR LA SOLIDARITÉ ET LE SUCCÈS #COFRSOSU iri ku mutumba wa #Ruringanizo, Zone Kajondi, komine #Rutovu, Intara ya Bururi igezeko mu bikorwa vyo gusarura ibiraya barimye ku ma hegitari zigera 3 n'inusu. Aho hari mu gihe Eden Microfinance ryari riramutse rigendera iyo koperative k...
Ikiyago umukuru w'igihugu yagiranye n'umutama w'umurimyi mworozi wa kijambere wo mu ntara ya Bururi
Просмотров 10 тыс.2 часа назад
#Burundi Kurikirana ikiyago umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yagiranye n'umukukuruke wo muri komine Songa intara ya #Bururi arima akongera akorora kijambere. BUTOKI François, afise imyaka irenga 80, avuga ko uburimyi n'ubworozi yamye abibonamwo kazoza, aho akukurukiye mu kazi aca aja kubibandanya. Umukuru w'Igihugu yamugendeye, aho yari mu rugendo yise #Inkebuzo.
Abakera barayamaze bati: "Wanka bangwe ntiwanka zana ndabe".
Просмотров 1582 часа назад
Abakera barayamaze bati: "Wanka bangwe ntiwanka zana ndabe".
"Uburundi ngo burafise amahirwe yo gutera imbere biciye mu guhingura isi Imana yabuhaye"
Просмотров 3,9 тыс.2 часа назад
"Uburundi ngo burafise amahirwe yo gutera imbere biciye mu guhingura isi Imana yabuhaye"
Map ya weekend: Kidum Kibido na Bodaboda band kuri Donatus Conference Center
Просмотров 1732 часа назад
Map ya weekend: Kidum Kibido na Bodaboda band kuri Donatus Conference Center
Gutera imbuto zirobanuye biri mu vyotuma umwimbu wiyongera abarimyi bakaronka n'umusesekara.
Просмотров 4914 часа назад
Gutera imbuto zirobanuye biri mu vyotuma umwimbu wiyongera abarimyi bakaronka n'umusesekara.
Hamwe ubworozi bw'ingurube bwotezwa imbere ni kimwe muvyozana amafaranga mvamakungu mu Burundi.
Просмотров 7 тыс.4 часа назад
Hamwe ubworozi bw'ingurube bwotezwa imbere ni kimwe muvyozana amafaranga mvamakungu mu Burundi.
Ibiro bikuru bijejwe rusansuma biratera ivyatsi abaguma bahanahana ibihuha ku nteguro y'ibikorwa.
Просмотров 7134 часа назад
Ibiro bikuru bijejwe rusansuma biratera ivyatsi abaguma bahanahana ibihuha ku nteguro y'ibikorwa.
Mu gihe hoshigikirwa umupira w'abakiri bato, mu minsi iri imbere nta nkeka turonka abakinyi beza.
Просмотров 2474 часа назад
Mu gihe hoshigikirwa umupira w'abakiri bato, mu minsi iri imbere nta nkeka turonka abakinyi beza.
Amasengesho y'umugambwe Cndd Fdd yo gushimira Imana arangiza ukwezi kwa Mukakaro.
Просмотров 1 тыс.4 часа назад
Amasengesho y'umugambwe Cndd Fdd yo gushimira Imana arangiza ukwezi kwa Mukakaro.
Abana bagendana ubumuga bwo kutabona sabo guheba kuko barafise impano nk'abandi bana babona.
Просмотров 1234 часа назад
Abana bagendana ubumuga bwo kutabona sabo guheba kuko barafise impano nk'abandi bana babona.
Aho igihugu c'Uburundi kigana ni heza kuko Abarundi batahuye ko kubana mu bumwe ari umutahe.
Просмотров 3 тыс.4 часа назад
Aho igihugu c'Uburundi kigana ni heza kuko Abarundi batahuye ko kubana mu bumwe ari umutahe.
Guhangana ibiza n'isibe vyari bikwiye kuja ku rutonde rw'ivyigwa mu mashure.
Просмотров 2154 часа назад
Guhangana ibiza n'isibe vyari bikwiye kuja ku rutonde rw'ivyigwa mu mashure.
Ugutanga impusha ku bashaka kwugurura ibisata vyabigenga bikorera mu gisata c'abigenga vyahagaritswe
Просмотров 3137 часов назад
Ugutanga impusha ku bashaka kwugurura ibisata vyabigenga bikorera mu gisata c'abigenga vyahagaritswe
Kurikirana ikiyago umukuru w'igihugu yagiranye n'umu jeune afise umurima w'inanasi w'ihegitari 50
Просмотров 17 тыс.7 часов назад
Kurikirana ikiyago umukuru w'igihugu yagiranye n'umu jeune afise umurima w'inanasi w'ihegitari 50
Mw'ishirahamwe OLUCOME barasaba reta kwongereza ivyotuma amasanganya yo mw'ibarabara agabanuka
Просмотров 2327 часов назад
Mw'ishirahamwe OLUCOME barasaba reta kwongereza ivyotuma amasanganya yo mw'ibarabara agabanuka
HABARI ZA UN: Kwa nini vijana wanasuasua kwenye SDGs?
Просмотров 297 часов назад
HABARI ZA UN: Kwa nini vijana wanasuasua kwenye SDGs?

Комментарии

  • @user-lt2qh5dj1b
    @user-lt2qh5dj1b 20 минут назад

    Nahende abandi

  • @jamalpascal4852
    @jamalpascal4852 22 минуты назад

    aravyifatiye muntoke basubire batwibe

  • @ZilfaNiyonzima-td8sq
    @ZilfaNiyonzima-td8sq 44 минуты назад

    Nibindi biriho nimuze muraja aho bari hose .tubanze dutagatate mwizo miriyoni naje ndumva nzoshikirwa🎉🎉🎉

  • @ninzizaelifazo-eb2li
    @ninzizaelifazo-eb2li 2 часа назад

    Kumenya kuyikoresha numva worinda gufata ivyirwa, igurwa angahe nn??

  • @elyseenkengurutse5452
    @elyseenkengurutse5452 4 часа назад

    13:00 uwo mugore nincabwenge nakomeze

  • @nancyina5241
    @nancyina5241 6 часов назад

    Hmmhhh🫢; nukurii birakomeye da😢: Mana udutabare😞🥺😢🙆🏽‍♀️🙏🏾🙏🏾!

  • @ALTAPWAIKILAEMBAPAIKILAEMBAPAI
    @ALTAPWAIKILAEMBAPAIKILAEMBAPAI 8 часов назад

    Umoja ni nguvu

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 8 часов назад

    Tant que le Burundi sera sous la direction du Cndd fdd le pays sera dans la misère sans fin (éternellement). Bien entendu !

  • @Mocha_211
    @Mocha_211 11 часов назад

    Nta goundron mu gahugu kinyegeje ?

  • @citegetseepitas6140
    @citegetseepitas6140 11 часов назад

    Uyu mudamu n'umunyabwenge kbsa. Azi nogusigura caane

  • @igiranezaseth3970
    @igiranezaseth3970 11 часов назад

    Uyu mutama ndamukunze

  • @user-xz3vq3ni7i
    @user-xz3vq3ni7i 11 часов назад

    None iyo modoka izonywa Jus d'ananas ko essence yabuze.

  • @NsabiyaremyeDismas
    @NsabiyaremyeDismas 12 часов назад

    Ndumva muhiriw

  • @nyandwijeancloude4913
    @nyandwijeancloude4913 12 часов назад

    Kbs, 👏👏👏👏👏

  • @CelestinNiyitunga
    @CelestinNiyitunga 12 часов назад

    Mbega mwarabuze udukingizo two kumaboko mwararamvye

  • @CelestinNiyitunga
    @CelestinNiyitunga 13 часов назад

    Ahubwo nimwe muhingura gutera naje ndabizi

  • @Manasseh475
    @Manasseh475 13 часов назад

    Erega Maana tugarukire turagowe tear😢

  • @PrinceWikigali-d4v
    @PrinceWikigali-d4v 13 часов назад

    Mwiriwe mumeze neza nitwa prince nkorera subscribe kuri iyi FOTO muraba mukoze cyane p 🙏🙏🙏

  • @ShemaClaude-sk5sq
    @ShemaClaude-sk5sq 15 часов назад

    Ibyo bisaba mumutwe, nimubiryaniramo ntacyo bizobamarira ,

  • @LeonidasNihorimbere
    @LeonidasNihorimbere 15 часов назад

    mukomeze kwaguka EDEN MURI UMUGISHA KUGIHUGU CACU

  • @jacksonNdayishimiye-lv7gj
    @jacksonNdayishimiye-lv7gj 15 часов назад

    Ubwo barimvye bararuha musongati muyinga cibitoke ngozi umwimbu urihe ubwo nibwo bwigitangaza hahaha

  • @NdatimanaVincent-z8r
    @NdatimanaVincent-z8r 16 часов назад

    Uretse ubunebwe abanyafrica twifitiye naho ubundi imana yaduhaye byose twose dukeneye kugirango dutere imbere

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k 17 часов назад

    Hewe,mutama ndagukebure ?!??! Umukuru w,igihugu sinyakubahwa!!?? Ni nyenicubahiro,,,none ntubizi!!??

  • @user-kr8jj5zd1j
    @user-kr8jj5zd1j 17 часов назад

    Nanje nyakubahwa urampa Aho ndima nzohagusubiza nguze rwanj

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k 17 часов назад

    Nyenicubahiro, Waratanze umurongo igihugu gikwiye kugenderaho!! Kandi ni cviza gose hama rero harageze ko ivyo ubiharira abayobozi muyoborana kuko nabakozi bawe bazajya baguha rapport naho ubundi abo bobo bazokora iki!? Wewe ntubibona ko babuze uko bajya kukivi!!???

  • @NtabirangiraJeanpierre
    @NtabirangiraJeanpierre 17 часов назад

    Byiza cyane , muzahigure uwo mugambi Kandi imana izabibafashemo

  • @BukuruAnicet-hz8iz
    @BukuruAnicet-hz8iz 17 часов назад

    Nyakwubahwa General Major Evariste Ndayishimiye, merci beaucoup vrmt. Muranyubatse kur'iryo jambo ryanyu. Imana ibaje imbere bize bigende neza.

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 18 часов назад

    ❤❤❤❤❤

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 18 часов назад

    Banza wikuremwo ko uri umuhutu wigishe ubukwe Atari UBWO kukarimi bivurwe bivuye mumutima

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 18 часов назад

    Bahe ayo munzu ntakubaha ayo kugahinga,kuko namwe muyagise mukazi yanyu

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 18 часов назад

    Amatara mbanze muyabahe

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 18 часов назад

    Akarini ko kuresha ibi juju Koko muragafise.

  • @IrankundaVian
    @IrankundaVian 18 часов назад

    Iyo ninkubuzo kurijew vrt

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 19 часов назад

    Kbx❤❤

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 19 часов назад

    Kbx❤❤❤

  • @Lock940
    @Lock940 19 часов назад

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @fightermontana8789
    @fightermontana8789 21 час назад

    Ahamad.

  • @elienteziryayo3767
    @elienteziryayo3767 22 часа назад

    Ibi nibyo cimamanda avuga mukamutuka ukuntu nyakubahwa asura utuntu twabanyagihugu ukamengo ni ibyareta yakoze kuki mutatwereka amabarabara nyene icubahiro ayafungura name stade nibitaro mwicare mwige urwanda rubakubite intoning ibabaza

  • @AristideIngabire
    @AristideIngabire 22 часа назад

    Turinyuma yawe nyenicubahiro

  • @AristideIngabire
    @AristideIngabire 23 часа назад

    Turagukunda mutama tuzokwongera nyenicubahiro

  • @meddy380
    @meddy380 День назад

    IMANA irakoze cn kbs ❤❤❤love you my country Burundi 🇧🇮 ❤

  • @CelestinNiyitunga
    @CelestinNiyitunga День назад

    Guterimbere bivakumana nimweranirize munda zanyu nze nigire kumana ntabonye igisagara mumaso muyandi nze mbure ndabakupire amashugwe mumpembumuceri tuzongera kubonana kumana

  • @NgaboLee
    @NgaboLee День назад

    Bizoza numwana wumurundi😂 Courage Neva😛

  • @PolycarpeGAHUNGU
    @PolycarpeGAHUNGU День назад

    Komera Nyenicubahiro igihugu cacu kiratunze twari twarapfutswe n'indyane ntitubone ivyiza Imana yaremanye u Burundi

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 День назад

    Nkajewe sinorindira 2040 yose ntaratera imbere noba nasamaye ahubwo nkeneye mumyaka 3 irimbere gusa abarindira inyigisho za neva nibo bazorindira 2040 nayo abandibo baravyitatagurira hakiri kare😂😂

  • @CyprienNimubona
    @CyprienNimubona День назад

    Tugiye gutera imbere

  • @user-vp1rz8gp5y
    @user-vp1rz8gp5y День назад

    Warize uratanze insiguro ikwiye

  • @user-bx6rc8dv7e
    @user-bx6rc8dv7e День назад

    Wow wow Burundi 🇧🇮🇧🇮🤝🤝🤝

  • @PrinceTuyishime
    @PrinceTuyishime День назад

    Ubutare bwarahaba kuvakerasha ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo nukurangaza abarundi ngo bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa.

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 День назад

    President wacu wirambire❤❤❤